Yohani 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuri uwo musi muzomenya yuko nunze ubumwe na Dawe, namwe mukaba mwunze ubumwe nanje, nanje nkaba nunze ubumwe namwe+. Yohani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.
20 Kuri uwo musi muzomenya yuko nunze ubumwe na Dawe, namwe mukaba mwunze ubumwe nanje, nanje nkaba nunze ubumwe namwe+.
21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.