Yohani 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.” Yohani 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntiwemera yuko nunze ubumwe na Data be n’uko Data yunze ubumwe nanje+? Ibintu ndababwira sindabivuga ndavyibwiye; mugabo Data, umwe aguma yunze ubumwe nanje, akora ibikorwa vyiwe+.
38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”
10 Ntiwemera yuko nunze ubumwe na Data be n’uko Data yunze ubumwe nanje+? Ibintu ndababwira sindabivuga ndavyibwiye; mugabo Data, umwe aguma yunze ubumwe nanje, akora ibikorwa vyiwe+.