Yohani 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.” Yohani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.
38 Mugabo nimba ndiko ndabikora, naho mutanyemera, nimwemere ivyo bikorwa+, kugira ngo mumenye kandi mugume muzi yuko Data yunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe na we+.”
21 kugira ngo bose babe umwe+, nk’uko wewe, Data, wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, ngo na bo nyene bunge ubumwe natwe+, kugira ngo isi yemere yuko wantumye+.