Yohani 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+; Yohani 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yezu amwishura+ ati: “Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Umuntu atongeye kuvuka+, ntashobora kubona ubwami bw’Imana+.” 1 Petero 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+. 1 Yohani 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuntu wese yavutse ku Mana ntashishikara igicumuro+, kuko urubuto rurondoka rwayo ruguma muri mwene uyo, kandi ntashobora kuza aracumura, kuko yavutse ku Mana+.
12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;
3 Yezu amwishura+ ati: “Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Umuntu atongeye kuvuka+, ntashobora kubona ubwami bw’Imana+.”
23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.
9 Umuntu wese yavutse ku Mana ntashishikara igicumuro+, kuko urubuto rurondoka rwayo ruguma muri mwene uyo, kandi ntashobora kuza aracumura, kuko yavutse ku Mana+.