Yohani 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yezu amwishura+ ati: “Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Umuntu atongeye kuvuka+, ntashobora kubona ubwami bw’Imana+.” 2 Abakorinto 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero umuntu yunze ubumwe na Kristu, ni ikiremwa gishasha+; ivya kera vyaraheze+, ehe ibishasha biraje+. 1 Petero 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hahezagirwe ya Mana ikaba na Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhaye ivuka rishasha+ nk’uko imbabazi zayo nyinshi ziri, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka+ rya Yezu Kristu mu bapfuye, 1 Yohani 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuntu wese yavutse ku Mana ntashishikara igicumuro+, kuko urubuto rurondoka rwayo ruguma muri mwene uyo, kandi ntashobora kuza aracumura, kuko yavutse ku Mana+.
3 Yezu amwishura+ ati: “Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Umuntu atongeye kuvuka+, ntashobora kubona ubwami bw’Imana+.”
17 Nimba rero umuntu yunze ubumwe na Kristu, ni ikiremwa gishasha+; ivya kera vyaraheze+, ehe ibishasha biraje+.
3 Hahezagirwe ya Mana ikaba na Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhaye ivuka rishasha+ nk’uko imbabazi zayo nyinshi ziri, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka+ rya Yezu Kristu mu bapfuye,
9 Umuntu wese yavutse ku Mana ntashishikara igicumuro+, kuko urubuto rurondoka rwayo ruguma muri mwene uyo, kandi ntashobora kuza aracumura, kuko yavutse ku Mana+.