1 Petero 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.
23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.