Abaroma 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Impwemu+ ubwayo irashinga intahe+ hamwe n’impwemu yacu+ yuko turi abana b’Imana+. 2 Abakorinto 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Kandi nzobabera so+, namwe muzombera abahungu n’abakobwa+,’ ni ko Yehova Mushoboravyose avuga+.” Abanyefeso 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko yatugeneye imbere y’igihe+ kugirwa abana bayo+ bwite biciye kuri Yezu Kristu+, nk’uko bihimbara ukugomba kwayo+, 1 Yohani 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba urukundo+ Data yaduhaye urwo ari rwo, ku buryo twitwa abana b’Imana+; kandi ni ko turi. Ni co gituma isi+ itatuzi, kuko itamumenye+.
18 “‘Kandi nzobabera so+, namwe muzombera abahungu n’abakobwa+,’ ni ko Yehova Mushoboravyose avuga+.”
5 Kuko yatugeneye imbere y’igihe+ kugirwa abana bayo+ bwite biciye kuri Yezu Kristu+, nk’uko bihimbara ukugomba kwayo+,
3 Raba urukundo+ Data yaduhaye urwo ari rwo, ku buryo twitwa abana b’Imana+; kandi ni ko turi. Ni co gituma isi+ itatuzi, kuko itamumenye+.