Yesaya 43:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzobwira uburaruko nti+: ‘Rekura!’, ubumanuko na bwo nti: ‘Ntugumye. Nzanira abana banje ubakuye kure, n’abakobwa banje ubakuye ku mpera y’isi+, Hoseya 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’ Yohani 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;
6 Nzobwira uburaruko nti+: ‘Rekura!’, ubumanuko na bwo nti: ‘Ntugumye. Nzanira abana banje ubakuye kure, n’abakobwa banje ubakuye ku mpera y’isi+,
10 “Kandi igitigiri ca bene Isirayeli kizoba koko nk’udutete tw’umusenyi two ku kiyaga tudashobora kugerwa canke guharurwa+. Kandi aho bahora babwirirwa ngo: ‘Ntimuri abantu banje+,’ bazohabwirirwa ngo: ‘Muri abana b’Imana nzima+.’
12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;