Abaroma 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko mutaronse impwemu y’ubushumba yongera guteza ubwoba+, ahubwo mwaronse impwemu+ y’ukugirwa abana+, biciye kuri nya mpwemu tukaba dusemerera duti: “Abba+, Data!” Abaroma 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuko abo yitwararitse ubwa mbere+ yabageneye kandi imbere y’igihe+ gushushanywa+ n’ishusho+ y’Umwana wayo, kugira ngo abe imfura+ muri bene wabo benshi+. Abagalatiya 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kugira abohore+ abagabwa n’itegeko+ mu kubacungura, ngo natwe Imana ibone kutugira abana bayo+.
15 Kuko mutaronse impwemu y’ubushumba yongera guteza ubwoba+, ahubwo mwaronse impwemu+ y’ukugirwa abana+, biciye kuri nya mpwemu tukaba dusemerera duti: “Abba+, Data!”
29 kuko abo yitwararitse ubwa mbere+ yabageneye kandi imbere y’igihe+ gushushanywa+ n’ishusho+ y’Umwana wayo, kugira ngo abe imfura+ muri bene wabo benshi+.