ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 25:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Umwami+ na we azobishura ati: ‘Ni ukuri ndabibabwiye: Ku rugero mwabigiriye umwe muri aba batoyi bo hanyuma y’abandi+ muri bene wacu+, ni jewe mwabigiriye+.’

  • Abaheburayo 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko uwuriko areza n’abariko barezwa+ bose bava kuri umwe+, kandi ico ni co gituma adaterwa isoni no kubita “bene wabo+,”

  • 1 Yohani 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bakundwa, ubu turi abana b’Imana+, mugabo ubu ico tuzoba ntikirerekanwa+. Ico tuzi ni uko aho azokwerekanirwa+ hose tuzomera nka we+, kuko tuzomubona nk’uko ari+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika