Yohani 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye, nimba ngiye nkabategurira ikibanza, ndiko ndagaruka+ kandi nzobakira i muhira iwanje+, kugira ngo aho ndi abe ari ho namwe muba+. Abaheburayo 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+,
3 Vyongeye, nimba ngiye nkabategurira ikibanza, ndiko ndagaruka+ kandi nzobakira i muhira iwanje+, kugira ngo aho ndi abe ari ho namwe muba+.
23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+,