Yohani 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+; Abaroma 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Si ivyo gusa, ahubwo na twebwe ubwacu abafise umushuzo+ ari yo mpwemu, egome, twebwe ubwacu turaniha+ imbere muri twebwe, mu gihe turindiranye igishika ukugirwa abana+, ukubohorwa biciye ku ncungu tukava mu mibiri yacu. 2 Abakorinto 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Kandi nzobabera so+, namwe muzombera abahungu n’abakobwa+,’ ni ko Yehova Mushoboravyose avuga+.”
12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;
23 Si ivyo gusa, ahubwo na twebwe ubwacu abafise umushuzo+ ari yo mpwemu, egome, twebwe ubwacu turaniha+ imbere muri twebwe, mu gihe turindiranye igishika ukugirwa abana+, ukubohorwa biciye ku ncungu tukava mu mibiri yacu.
18 “‘Kandi nzobabera so+, namwe muzombera abahungu n’abakobwa+,’ ni ko Yehova Mushoboravyose avuga+.”