Abagalatiya 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kugira abohore+ abagabwa n’itegeko+ mu kubacungura, ngo natwe Imana ibone kutugira abana bayo+. Abanyefeso 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko yatugeneye imbere y’igihe+ kugirwa abana bayo+ bwite biciye kuri Yezu Kristu+, nk’uko bihimbara ukugomba kwayo+, 1 Petero 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ngo turonke intoranwa itabora, idahumanye, idakabirana+. Muyibikiwe mw’ijuru+, Ivyahishuwe 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwo wese atsinda azotorana ivyo bintu, kandi nzoba Imana yiwe+, na we azoba umwana wanje+.
5 Kuko yatugeneye imbere y’igihe+ kugirwa abana bayo+ bwite biciye kuri Yezu Kristu+, nk’uko bihimbara ukugomba kwayo+,