ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mu nzu ya Dawe hariho aho kuba henshi+. Ahandiho mba narabibabwiye, kuko ngiye kubategurira ikibanza+.

  • Abanyefeso 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 ikaba ari icemeza+ twahawe hakiri kare c’intoranwa yacu+, kugira ngo inyegu+ y’Imana ibohorwe biciye ku ncungu+, kugira ngo ubuninahazwa bwayo bushemezwe.

  • Abakolosayi 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kubera icizigiro+ mubikiwe mw’ijuru+. Ico cizigiro mwacumvise kera igihe havugwa ukuri kw’iyo nkuru nziza+

  • 2 Timoteyo 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuva ubu, mbikiwe urugori rw’ubugororotsi+, urwo Umukama, wa mucamanza agororotse+, azompa bwa mpembo+ kuri wa musi+, yamara si jewe jenyene, ahubwo ruzohabwa n’abo bose bakunze ukwigaragaza kwiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika