Yohani 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo bazogira ivyo bintu kubera ko batamenye Data canke jewe+. Yohani 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Data ugororotse+, isi koko ntiyakumenye+; mugabo jewe narakumenye, kandi aba baramenye yuko wantumye+.
25 Data ugororotse+, isi koko ntiyakumenye+; mugabo jewe narakumenye, kandi aba baramenye yuko wantumye+.