Yohani 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+. 1 Abakorinto 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ari twebwe Imana yabihishuriye+ biciye ku mpwemu yayo+, kuko impwemu+ isesangura ibintu vyose, mbere n’ibintu vyimbitse+ vy’Imana. Tito 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo mpwemu yayidusutseko ku bwinshi biciye kuri Yezu Kristu Umukiza wacu+,
17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+.
10 Kuko ari twebwe Imana yabihishuriye+ biciye ku mpwemu yayo+, kuko impwemu+ isesangura ibintu vyose, mbere n’ibintu vyimbitse+ vy’Imana.