ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 kuko atari mwebwe gusa muzovuga, mugabo impwemu ya So ni yo izovuga biciye kuri mwebwe+.

  • Yohani 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+.

  • 1 Abakorinto 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ariko twebwe ntitwaronse impwemu+ y’isi, ahubwo twaronse impwemu+ iva ku Mana, kugira ngo tumenye ibintu Imana yaduhaye n’umutima ukunze+.

  • 1 Yohani 2:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nayo mwebwe, irobanurwa+ mwahawe na we riguma muri mwebwe, kandi ntimukeneye ko hagira uwubigisha+; mugabo nk’uko irobanurwa mwahawe na we ribigisha ku vyerekeye ibintu vyose+, kandi rikaba ari iry’ukuri+ atari ukubesha, kandi nk’uko ryabigishije, nimugume mwunze ubumwe+ na we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika