Ivyakozwe 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umwe muri bo yitwa Agabo+ arahaguruka, hanyuma yerekana biciye ku mpwemu yuko ikigoyi gikomeye cari kigiye gutera kw’isi yose+; kandi nkako carabaye mu gihe ca Kolode. Ivyakozwe 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, baca i Firijiya no mu gihugu ca Galatiya+, kuko impwemu nyeranda yari yababujije kuvuga rya jambo mu ntara ya Aziya. Ivyakozwe 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ashika aho turi hanyuma afata umukanda wa Paulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: “Uku ni ko impwemu nyeranda ivuga: ‘Umugabo nyen’uyu mukanda Abayuda bazomuboha+ muri ubu buryo i Yeruzalemu, bamutange+ mu maboko y’abanyamahanga.’” 1 Timoteyo 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko ijambo ryahumetswe rivuga ritomora yuko mu bihe bizoza+ bamwe bazota+ ukwizera, bagakurikira amajambo y’amahumekano azimiza+ be n’inyigisho z’amadayimoni*+,
28 Umwe muri bo yitwa Agabo+ arahaguruka, hanyuma yerekana biciye ku mpwemu yuko ikigoyi gikomeye cari kigiye gutera kw’isi yose+; kandi nkako carabaye mu gihe ca Kolode.
6 Vyongeye, baca i Firijiya no mu gihugu ca Galatiya+, kuko impwemu nyeranda yari yababujije kuvuga rya jambo mu ntara ya Aziya.
11 ashika aho turi hanyuma afata umukanda wa Paulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: “Uku ni ko impwemu nyeranda ivuga: ‘Umugabo nyen’uyu mukanda Abayuda bazomuboha+ muri ubu buryo i Yeruzalemu, bamutange+ mu maboko y’abanyamahanga.’”
4 Ariko ijambo ryahumetswe rivuga ritomora yuko mu bihe bizoza+ bamwe bazota+ ukwizera, bagakurikira amajambo y’amahumekano azimiza+ be n’inyigisho z’amadayimoni*+,