Ivyakozwe 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amazeyo igihe gitoyi, avayo aragenda, ava hamwe aja ahandi mu gihugu c’i Galatiya+ n’i Firijiya+, akomeza+ abigishwa bose. Abagalatiya 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo murazi yuko nabamenyesheje inkuru nziza ari bwo bwa mbere biciye ku ndwara y’umubiri wanje+.
23 Amazeyo igihe gitoyi, avayo aragenda, ava hamwe aja ahandi mu gihugu c’i Galatiya+ n’i Firijiya+, akomeza+ abigishwa bose.
13 Mugabo murazi yuko nabamenyesheje inkuru nziza ari bwo bwa mbere biciye ku ndwara y’umubiri wanje+.