Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.” Ivyakozwe 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Hanyuma Yuda na Silasi, kubera yuko na bo nyene ubwabo bari abahanuzi+, baremesha bene wacu n’insiguro nyinshi bongera barabakomeza+.
22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”
32 Hanyuma Yuda na Silasi, kubera yuko na bo nyene ubwabo bari abahanuzi+, baremesha bene wacu n’insiguro nyinshi bongera barabakomeza+.