Ivyakozwe 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aho ashikiye akabona ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana, aranezerwa+ aca atangura kubaremesha bose kubandanya mu Mukama babishizeko umutima+;
23 Aho ashikiye akabona ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana, aranezerwa+ aca atangura kubaremesha bose kubandanya mu Mukama babishizeko umutima+;