2 Abatesalonika 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kutanyiganyizwa ningoga ngo muve ku kwiyumvira kwanyu, canke ngo hagire ijambo ry’irihumekano+ ribakabura canke ubutumwa bwo ku munwa+ canke ikete+ nk’aho vyoba bivuye iwacu, bivuga ko umusi+ wa Yehova ushitse. 2 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.
2 kutanyiganyizwa ningoga ngo muve ku kwiyumvira kwanyu, canke ngo hagire ijambo ry’irihumekano+ ribakabura canke ubutumwa bwo ku munwa+ canke ikete+ nk’aho vyoba bivuye iwacu, bivuga ko umusi+ wa Yehova ushitse.
2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.