Yohani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubeze+ biciye ku kuri; ijambo+ ryawe ni ukuri+. Abaroma 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.”
4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.”