ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 51:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,

      Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,

      Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,

      Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+.

  • Luka 7:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 (Abantu bose be n’abatozakori, aho bavyumviye, bamenyesha ko Imana igororotse+, bakaba bari babatijwe ibatisimu ya Yohani+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika