Abafilipi 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+.
16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+.