2 Abakorinto 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nk’uko kandi mwemeye ku rugero kanaka yuko turi imvo ituma mwirata+, nk’uko namwe muzoyiba kuri twebwe ku musi w’Umukama wacu Yezu+. 1 Abatesalonika 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko, none icizigiro cacu canke akanyamuneza kacu canke urugori rwacu+ rw’ukwigina ni iki—mbega si mwebwe?—imbere y’Umukama wacu Yezu mu gihe c’ukuhaba kwiwe+?
14 nk’uko kandi mwemeye ku rugero kanaka yuko turi imvo ituma mwirata+, nk’uko namwe muzoyiba kuri twebwe ku musi w’Umukama wacu Yezu+.
19 Kuko, none icizigiro cacu canke akanyamuneza kacu canke urugori rwacu+ rw’ukwigina ni iki—mbega si mwebwe?—imbere y’Umukama wacu Yezu mu gihe c’ukuhaba kwiwe+?