Abafilipi 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+. 1 Abatesalonika 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko, none icizigiro cacu canke akanyamuneza kacu canke urugori rwacu+ rw’ukwigina ni iki—mbega si mwebwe?—imbere y’Umukama wacu Yezu mu gihe c’ukuhaba kwiwe+?
16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+.
19 Kuko, none icizigiro cacu canke akanyamuneza kacu canke urugori rwacu+ rw’ukwigina ni iki—mbega si mwebwe?—imbere y’Umukama wacu Yezu mu gihe c’ukuhaba kwiwe+?