ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 49:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nayo jewe, navuze nti: “Nacumukuriye ubusa+. Inkomezi zanje nazimariye ku bitabaho no ku vy’ubusa+. Vy’ukuri, urubanza rwanje ruri kwa Yehova+, impembo yanje na yo ku Mana yanje+.”

  • Abagalatiya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugabo naduze bivuye ku guhishurirwa+. Ndaheza nshira imbere yabo+ inkuru nziza ndiko ndamamaza mu mahanga, ariko ndabigira mu mwiherero imbere y’abagabo bari bakomakomeye, kugira ngo simpave nsanga nariko nirukira+ ubusa canke ngo nsange nari nirukiye ubusa+.

  • 1 Abatesalonika 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ni co gituma rero, igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse intumwa kugira ngo menye ivy’ubwizigirwa bwanyu+, kubera ko kumbure wa Mugerageji+ ashobora kuba yarabagerageje, maze ukubira akuya kwacu kukaba impfagusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika