2 Ngoma 36:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo baguma bashinyagurira+ izo ntumwa z’Imana y’ukuri, basuzugura amajambo yayo+ bongera batwenga+ abahanuzi bayo, gushika ubushangashirwe+ bwa Yehova buje ku bantu biwe, gushika aho gukira bitaba bigishoboka+. Yesaya 65:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nanje nzobagenera kurigatwa n’inkota+, mwese mwunamire gukererwa+; kubera ko nahamagaye+ ntimwitabe; naravuze ntimwumviriza+; mwagumye mukora ivyari bibi mu maso yanje+, muhitamwo ikintu kitampimbara+.”
16 Mugabo baguma bashinyagurira+ izo ntumwa z’Imana y’ukuri, basuzugura amajambo yayo+ bongera batwenga+ abahanuzi bayo, gushika ubushangashirwe+ bwa Yehova buje ku bantu biwe, gushika aho gukira bitaba bigishoboka+.
12 Nanje nzobagenera kurigatwa n’inkota+, mwese mwunamire gukererwa+; kubera ko nahamagaye+ ntimwitabe; naravuze ntimwumviriza+; mwagumye mukora ivyari bibi mu maso yanje+, muhitamwo ikintu kitampimbara+.”