2 Ngoma 36:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abandanya gukora ivyari bibi+ mu maso ya Yehova Imana yiwe. Ntiyicisha bugufi+ imbere ya Yeremiya+ umuhanuzi+, uwavuze abitegetswe na Yehova. Yesaya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+. Yeremiya 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko amaso yanje ari ku nzira zabo zose. Ntibahishijwe ngo sindababone, eka n’ikosa ryabo ntirinyegejwe amaso yanje+.
12 Abandanya gukora ivyari bibi+ mu maso ya Yehova Imana yiwe. Ntiyicisha bugufi+ imbere ya Yeremiya+ umuhanuzi+, uwavuze abitegetswe na Yehova.
16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+.
17 Kuko amaso yanje ari ku nzira zabo zose. Ntibahishijwe ngo sindababone, eka n’ikosa ryabo ntirinyegejwe amaso yanje+.