ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 34:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko amaso yiwe ari ku nzira z’umuntu+,

      Kandi intambuko ziwe zose arazibona.

  • Zaburi 90:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Washize amakosa yacu imbere yawe+,

      Ibinyegejwe vyacu ubishira imbere yo mu maso hawe hakaka+.

  • Imigani 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko inzira z’umuntu ziri imbere y’amaso ya Yehova+, kandi aritegereza imihora yiwe yose+.

  • Imigani 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amaso ya Yehova ari ahantu hose+, akaguma areretse ababi n’abeza+.

  • Yeremiya 32:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 wewe uhambaye mu mpanuro+ kandi ugwije ibikorwa+, wewe ugumiza amaso ku nzira zose z’abana b’abantu+, kugira ngo uhe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri kandi nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+;

  • Abaheburayo 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika