ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Nayo abasigaye muri mwebwe, bazobora+ kubera ikosa ryabo mu bihugu vy’abansi banyu. Egome, mbere kubera amakosa ya ba se+, bazoborana na bo.

  • Zaburi 50:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ivyo bintu warabikoze, nanje nguma nicerereje+.

      Wiyumviriye yuko ntobuze kumera nkawe+.

      Ngira ndagukangire+, kandi nzoshira ibintu mu buryo mu maso yawe+.

  • Yeremiya 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko amaso yanje ari ku nzira zabo zose. Ntibahishijwe ngo sindababone, eka n’ikosa ryabo ntirinyegejwe amaso yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika