ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:65
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 65 Kandi muri ayo mahanga nta gahengwe uzoronka+, eka nta n’ahantu na hamwe h’ukuruhukira ubworo bw’ikirenge cawe buzoronka; kandi hiyo Yehova azoguha koko umutima ujugumira+, ukugwabira kw’amaso+, n’umwiheburo w’umutima.

  • Ezekiyeli 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi abacitse kw’icumu banyu ntibazobura kunyibuka mu mahanga bazoba baratwawemwo ari imbohe+, kuko nasabijwe n’umutima wabo usambana wakebeje ukamvako+, be n’amaso yabo akurikira ibigirwamana vyabo vy’umwanda ku bw’intumbero y’ubusambanyi+; kandi ntibazobura kwumva bashishwe mu maso habo kubera ibibi bakoze mu bintu vyabo vyose biteye ishishi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika