-
Ezekiyeli 12:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 Kandi uze ubwire abanyagihugu uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye ababa i Yeruzalemu ku butaka bwa Isirayeli+: “Bazorya umukate wabo bari n’amaganya, banywe amazi yabo bari n’ikinya, kugira ngo igihugu caho gisigwe ari umusaka, cakwe ibicuzuyemwo vyose+, kubera ubukazi bw’abakibamwo bose+.
-