Yesaya 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni co gituma umuvumo warigase igihugu+, kandi abakibamwo baharurwako icaha. Ni co gituma ababa mu gihugu bagabanutse igitigiri, kandi abantu buntu basigaye ni bake cane+.
6 Ni co gituma umuvumo warigase igihugu+, kandi abakibamwo baharurwako icaha. Ni co gituma ababa mu gihugu bagabanutse igitigiri, kandi abantu buntu basigaye ni bake cane+.