Abalewi 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+. Gusubira mu vyagezwe 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Kandi nutumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kwitwararika gushitsa amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndagutegetse uno musi, iyi mivumo yose rero izokuzako, iguhamvye+: Yosuwa 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi nk’uko nyene ijambo ryiza ryose Yehova Imana yanyu yababwiye ryashitse kuri mwebwe+, ni ko Yehova azozana kuri mwebwe ijambo ribi ryose gushika abazimanganije kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+,
16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+.
15 “Kandi nutumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kwitwararika gushitsa amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndagutegetse uno musi, iyi mivumo yose rero izokuzako, iguhamvye+:
15 Kandi nk’uko nyene ijambo ryiza ryose Yehova Imana yanyu yababwiye ryashitse kuri mwebwe+, ni ko Yehova azozana kuri mwebwe ijambo ribi ryose gushika abazimanganije kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+,