Gusubira mu vyagezwe 28:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+. Abacamanza 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibi ni vyo vyaba: Iyo Isirayeli ibivye imbuto+, Midiyani na Amaleki+ n’Abanyabuseruko+ baca baduga kubatera.
33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+.
3 Ibi ni vyo vyaba: Iyo Isirayeli ibivye imbuto+, Midiyani na Amaleki+ n’Abanyabuseruko+ baca baduga kubatera.