Abalewi 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+. Gusubira mu vyagezwe 28:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+.
16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+.
33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+.