ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi nzorungika muri mwebwe ibikoko vyo mu gahinga+, na vyo ata gukeka bizobahekura+, bimare ibitungwa vyanyu vyongere bigabanye igitigiri canyu, n’amayira yanyu acike vy’ukuri umusaka+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kandi Yehova ata gukeka azobasanzaza mu bisata vy’abantu+, kandi koko muzosigara muri inkehwa+ mu mahanga Yehova azobirukaniramwo.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:62
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 62 Kandi koko muzosigara muri imparurwa+, naho mwacitse nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+, kuko utumvirije ijwi rya Yehova Imana yawe.

  • Yesaya 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko naho abantu bawe, ga Isirayeli, boba ari nk’udutete tw’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira gusa muri bo ni yo azogaruka+. Agatikizo+ kapfunditswe kazosegenyuka mu bugororotsi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika