ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 15:58
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.

  • Abagalatiya 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Munteye ubwoba, yuko noba nacumukuriye ubusa+ ku biberekeye.

  • Abafilipi 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika