Abagalatiya 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo naduze bivuye ku guhishurirwa+. Ndaheza nshira imbere yabo+ inkuru nziza ndiko ndamamaza mu mahanga, ariko ndabigira mu mwiherero imbere y’abagabo bari bakomakomeye, kugira ngo simpave nsanga nariko nirukira+ ubusa canke ngo nsange nari nirukiye ubusa+. Abagalatiya 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Muratandukanijwe na Kristu, mwebwe abagerageza kwitwa abagororotsi biciye kw’itegeko+, mwaba muri bande; murahomvye ubuntu ata wari abukwiriye bwiwe+. 1 Abatesalonika 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni co gituma rero, igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse intumwa kugira ngo menye ivy’ubwizigirwa bwanyu+, kubera ko kumbure wa Mugerageji+ ashobora kuba yarabagerageje, maze ukubira akuya kwacu kukaba impfagusa+.
2 Mugabo naduze bivuye ku guhishurirwa+. Ndaheza nshira imbere yabo+ inkuru nziza ndiko ndamamaza mu mahanga, ariko ndabigira mu mwiherero imbere y’abagabo bari bakomakomeye, kugira ngo simpave nsanga nariko nirukira+ ubusa canke ngo nsange nari nirukiye ubusa+.
4 Muratandukanijwe na Kristu, mwebwe abagerageza kwitwa abagororotsi biciye kw’itegeko+, mwaba muri bande; murahomvye ubuntu ata wari abukwiriye bwiwe+.
5 Ni co gituma rero, igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse intumwa kugira ngo menye ivy’ubwizigirwa bwanyu+, kubera ko kumbure wa Mugerageji+ ashobora kuba yarabagerageje, maze ukubira akuya kwacu kukaba impfagusa+.