Abafilipi 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+. 1 Abatesalonika 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni co gituma rero, igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse intumwa kugira ngo menye ivy’ubwizigirwa bwanyu+, kubera ko kumbure wa Mugerageji+ ashobora kuba yarabagerageje, maze ukubira akuya kwacu kukaba impfagusa+.
16 mukagumya rwose rya jambo ry’ubuzima+, kugira ngo nze ndonke imvo yo kwigina ku musi wa Kristu+ kubona ntirukiye ubusa canke ngo nduhire ubusa+.
5 Ni co gituma rero, igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse intumwa kugira ngo menye ivy’ubwizigirwa bwanyu+, kubera ko kumbure wa Mugerageji+ ashobora kuba yarabagerageje, maze ukubira akuya kwacu kukaba impfagusa+.