1 Abatesalonika 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kugira ngo ashikamishe imitima yanyu, ayigire iyitagirako umugayo+ mu bweranda imbere y’Imana yacu ikaba na Data mu gihe c’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu ari kumwe n’aberanda biwe bose+. 1 Abatesalonika 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ya Mana y’amahoro+ ubwayo ibeze rwose+. Impwemu n’ubuzima n’umubiri vyanyu, bene wacu, bizigamwe ata gahonzi muri vyose kandi ata mugayo, mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama wacu Yezu Kristu+.
13 kugira ngo ashikamishe imitima yanyu, ayigire iyitagirako umugayo+ mu bweranda imbere y’Imana yacu ikaba na Data mu gihe c’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu ari kumwe n’aberanda biwe bose+.
23 Ya Mana y’amahoro+ ubwayo ibeze rwose+. Impwemu n’ubuzima n’umubiri vyanyu, bene wacu, bizigamwe ata gahonzi muri vyose kandi ata mugayo, mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama wacu Yezu Kristu+.