1 Abatesalonika 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko, none icizigiro cacu canke akanyamuneza kacu canke urugori rwacu+ rw’ukwigina ni iki—mbega si mwebwe?—imbere y’Umukama wacu Yezu mu gihe c’ukuhaba kwiwe+? 1 Abatesalonika 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ya Mana y’amahoro+ ubwayo ibeze rwose+. Impwemu n’ubuzima n’umubiri vyanyu, bene wacu, bizigamwe ata gahonzi muri vyose kandi ata mugayo, mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama wacu Yezu Kristu+. 2 Abatesalonika 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko ga bene wacu, ku bijanye n’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu be n’ugukoranirizwa hamwe kwacu ngo tube kumwe na we+, tubasavye
19 Kuko, none icizigiro cacu canke akanyamuneza kacu canke urugori rwacu+ rw’ukwigina ni iki—mbega si mwebwe?—imbere y’Umukama wacu Yezu mu gihe c’ukuhaba kwiwe+?
23 Ya Mana y’amahoro+ ubwayo ibeze rwose+. Impwemu n’ubuzima n’umubiri vyanyu, bene wacu, bizigamwe ata gahonzi muri vyose kandi ata mugayo, mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama wacu Yezu Kristu+.
2 Ariko ga bene wacu, ku bijanye n’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu Kristu be n’ugukoranirizwa hamwe kwacu ngo tube kumwe na we+, tubasavye