ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Amajambo ya Yehova ni amajambo atavanze+,

      Nk’ifeza ityororewe mw’itanure ry’ivu riyaza ivyuma, ikaba itosoye incuro indwi.

  • Zaburi 119:151
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 151 Uri hafi, ewe Yehova+,

      Kandi amabwirizwa yawe yose ni ukuri+.

  • Zaburi 119:160
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 160 Ijambo ryawe uko riri ni ukuri+,

      Kandi ingingo yawe yose y’ubutungane igororotse ni iyo gushika igihe kitagira urugero+.

  • Yakobo 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kubera ko yabigomvye+, yaratuvyarishije ijambo ry’ukuri+, kugira ngo tube umushuzo+ kanaka w’ibiremwa vyiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika