ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 None rero, ewe Mukama Segaba Yehova, uri Imana y’ukuri; nayo amajambo yawe, nabe ukuri+, kuko wasezeraniye umusavyi wawe iyi neza+.

  • 1 Abami 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nya mugore aca abwira Eliya ati: “Vy’ukuri, ubu ndamenye koko yuko uri umuntu w’Imana+ be n’uko ijambo rya Yehova wavuze ari iry’ukuri+.”

  • Zaburi 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Amajambo ya Yehova ni amajambo atavanze+,

      Nk’ifeza ityororewe mw’itanure ry’ivu riyaza ivyuma, ikaba itosoye incuro indwi.

  • Zaburi 119:140
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 140 Ijambo ryawe riratyoroye cane+,

      Kandi umusavyi wawe ararikunda+.

  • Imigani 30:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ijambo ryose Imana ivuze riratyoroye+. Ibera inkinzo abayihungirako bose+.

  • Yohani 17:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubeze+ biciye ku kuri; ijambo+ ryawe ni ukuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika