Abagalatiya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ko muri abana bayo rero, Imana yararungitse impwemu+ y’Umwana wayo mu mitima yacu, iyo mpwemu ikaba isemerera iti: “Abba, Data+!”
6 Ko muri abana bayo rero, Imana yararungitse impwemu+ y’Umwana wayo mu mitima yacu, iyo mpwemu ikaba isemerera iti: “Abba, Data+!”