Yohani 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mugabo wa mufasha, ya mpwemu nyeranda, iyo Data azorungika mw’izina ryanje, uwo ni we azobigisha vyose yongere abibutse ibintu vyose nababwiye+. Abaroma 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kandi icizigiro ntigitetereza+; kuko urukundo rw’Imana+ rwasutswe mu mitima yacu+ biciye ku mpwemu nyeranda+ twahawe.
26 Mugabo wa mufasha, ya mpwemu nyeranda, iyo Data azorungika mw’izina ryanje, uwo ni we azobigisha vyose yongere abibutse ibintu vyose nababwiye+.
5 kandi icizigiro ntigitetereza+; kuko urukundo rw’Imana+ rwasutswe mu mitima yacu+ biciye ku mpwemu nyeranda+ twahawe.