ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Yohani 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo uwo wese yubahiriza ijambo ryiwe+, vy’ukuri muri uyo muntu ugukunda Imana kuba kwaragizwe ukutagira akanenge+. Ico ni co tumenyerako yuko twunze ubumwe na we+.

  • 2 Yohani 6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi iki ni co urukundo rusobanura+: ni uko tubandanya kugenda twisunga amabwirizwa yayo+. Iryo ni ryo bwirizwa, nk’uko mwaryumvise guhera mu ntango: yuko mukwiye kubandanya murugenderamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika