ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Ibintu bihishijwe+ ni ivya Yehova Imana yacu, ariko ibihishuwe+ ni ivyacu n’abana bacu gushika igihe kitagira urugero, kugira dushitse amajambo yose y’iri tegeko+.

  • Matayo 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yezu aca amubwira ati: “Urahiriwe, Simoni mwene Yona, kuko ab’inyama n’amaraso atari bo babiguhishuriye, mugabo Dawe ari mw’ijuru ni we yabiguhishuriye+.

  • Mariko 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Na we ababwira ati: “Mwebwe mwarahawe kumenya ibanga ryeranda+ ry’ubwami bw’Imana, mugabo ku bo hanze ibintu vyose biza mu bigereranyo+,

  • Abanyefeso 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu yandi mayaruka iryo banga+ ntiryamenyeshejwe abana b’abantu nk’uko ubu ryahishuriwe+ intumwa nyeranda zayo n’abahanuzi+ biciye ku mpwemu,

  • 2 Timoteyo 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ariko ubu vyarerekanywe neza biciye ku kwigaragaza+ kw’Umukiza wacu Kristu Yezu, uwakuyeho urupfu+ mugabo akarasira umuco+ ku buzima+ no ku kutabora+ biciye ku nkuru nziza+,

  • 1 Petero 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Barahishuriwe yuko bariko bagabura, atari ku bwabo+, mugabo ku bwanyu, ibintu ubu mwamenyeshejwe+ biciye ku babamenyesheje inkuru nziza bafise impwemu nyeranda+ yarungitswe ivuye mw’ijuru. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika